Ecole Normale Supérieure du Burundi (ENS) Republic of Burundi
Aller à la navigation principale Aller au contenu principal Aller au pied de page

Icegeranyo casohowe kuri uyu wa kabiri n’ umugwi w’ igihugu ukurikirana inyigisho za Kaminuza CNES

Créé par BUTOYI Bernard |

Ishure kaminuza nderabigisha ENS niryo riza imbere mu makaminuza ya leta atanga indero y’ akanovera, kaminuza y’ i Ngozi nayo igatangurira kaminuza z’ abigenga.

Classement du CNES des institutions d'enseignement supérieur publiques

Ivyo biri mu cegeranyo casohowe kuri uyu wa kabiri n’ umugwi w’ igihugu ukurikirana inyigisho za Kaminuza CNES. Umushikiranganji w’ indero n’ ubushakashatsi  Francois Havyarimana  agahamagarira aabarongoye ama kaminuza  gukora bisunga amategeko bakomeza n’ akanovera k’ inyigisho kuko indero ngo ariyo nkingi y’ iterambere.

Source: Radio Nderagakura

Retour